Éphésiens 3:20-21
Or, à celui qui peut faire, par la puissance qui agit en nous, infiniment au-delà de tout ce que nous demandons ou pensons, à lui soit la gloire dans l’Église et en Jésus-Christ, dans toutes les générations, aux siècles des siècles! Amen!
IJAMBO RY'UMUSI
Abanyefeso 3:20-21
Nuko Iyishobora gukora ibirengeye cane ivyo dusaba n'ivyo twiyumvira vyose, nk'uk' ubushobozi bwayo budukoreramwo buri, icubahiro kibe icayo mw' ishengero no muri Kristo Yesu, kugeza ku buzukuruza bose b'ibihe bitazoshira. Amen.
VERSE OF THE DAY
Ephesians 3:20-21
Now to Him who is able to do exceedingly abundantly above all that we ask or think, according to the power that works in us, to Him be glory in the church by Christ Jesus to all generations, forever and ever. Amen.
#ChrisNdikumana
#kanguka
#versetdujour