1 Corinthiens 10:13
Aucune tentation ne vous est survenue qui n'ait été humaine, et Dieu, qui est fidèle, ne permettra pas que vous soyez tentés au delà de vos forces; mais avec la tentation il préparera aussi le moyen d'en sortir, afin que vous puissiez la supporter.
IJAMBO RY'UMUSI
1 Ab'i Korinto 10:13
Nta cabagerageje kitari ico umuntu yoshobora kwihanganira: ariko Imana ni yo kwizigirwa ntizobakundira ko mugeragezwa n'ibiruta ivyo mushobora, ariko hamwe n'ikibagerageza izobacira icanzo, kugira ngo mubone ingene mushobora kucihanganira.
VERSE OF THE DAY
1 Corinthians 10:13
No temptation has overtaken you except such as is common to man; but God is faithful, who will not allow you to be tempted beyond what you are able, but with the temptation will also make the way of escape, that you may be able to bear it.
#ChrisNdikumana
#kanguka
#versetdujour